♫musicjinni

INTORE NTINDI S02 PART2

video thumbnail
Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.

Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.

FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

INTORE NTINDI S02 PART 1

INTORE NTINDI S02 PART2

Disclaimer DMCA